Umureti utetswe neza mu mavuta kandi ufise ingaburo zose ni ikibazo c'akazi gihabwa uwipfuza kuba umutetsi mukuru mu mazu y'uburiro y'Abafaransa. Yves Camdeborde aratubwira inkuru y'umureti wabaye ...
Umugambi ukorera ku banyagihugu urondera kugabanya amabi akogwa mu ngo mu Rwanda, wigisha abagabo ingene bokwitaho ibikogwa vyo mu nzu, icigwa giherutse gushigwa ahabona cerekana ko ari ngirakamaro.